Kuvayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli imbwa izozungagiriza ururimi yarakaye, kuva ku muntu gushika ku gikoko+; kugira mumenye yuko Yehova ashoboye kwerekana ubudasa hagati y’Abanyamisiri na bene Isirayeli+.’ Kuvayo 12:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!”
7 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli imbwa izozungagiriza ururimi yarakaye, kuva ku muntu gushika ku gikoko+; kugira mumenye yuko Yehova ashoboye kwerekana ubudasa hagati y’Abanyamisiri na bene Isirayeli+.’
33 Abanyamisiri batangura guhutagiza abo bantu kugira babirukane ningoga+ bave mu gihugu, bavuga ngo: “kuko twese ari nk’aho twapfuye+!”