Itanguriro 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu nyuma Imana iza kuri Abimeleki mu ndoto mw’ijoro, imubwira iti: “Ehe urapfuye kubera umugore watwaye+, kuko ari umugore w’uwundi mugabo+.” Kuvayo 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo abasavyi ba Farawo bamubwira bati: “Uyu muntu azogeza ryari kutubera umutego+? Rekura aba bagabo bagende, bakorere Yehova Imana yabo. Mbega nturamenya ko Misiri yayogeye+?” Guharura 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko bene Isirayeli batangura kubwira Musa bati: “Noneho turapfuye ata kabuza, turayogeye ata kabuza, nta kabuza twese turayogeye+.
3 Mu nyuma Imana iza kuri Abimeleki mu ndoto mw’ijoro, imubwira iti: “Ehe urapfuye kubera umugore watwaye+, kuko ari umugore w’uwundi mugabo+.”
7 Inyuma y’ivyo abasavyi ba Farawo bamubwira bati: “Uyu muntu azogeza ryari kutubera umutego+? Rekura aba bagabo bagende, bakorere Yehova Imana yabo. Mbega nturamenya ko Misiri yayogeye+?”
12 Nuko bene Isirayeli batangura kubwira Musa bati: “Noneho turapfuye ata kabuza, turayogeye ata kabuza, nta kabuza twese turayogeye+.