Yosuwa 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 abantu bose batangura gusubira kw’ikambi, aho Yosuwa ari, i Makeda mu mahoro. Nta muntu n’umwe yazungagije ururimi yarakaye ngo arwanye bene Isirayeli+.
21 abantu bose batangura gusubira kw’ikambi, aho Yosuwa ari, i Makeda mu mahoro. Nta muntu n’umwe yazungagije ururimi yarakaye ngo arwanye bene Isirayeli+.