Kuvayo 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli imbwa izozungagiriza ururimi yarakaye, kuva ku muntu gushika ku gikoko+; kugira mumenye yuko Yehova ashoboye kwerekana ubudasa hagati y’Abanyamisiri na bene Isirayeli+.’
7 Ariko nta n’umwe muri bene Isirayeli imbwa izozungagiriza ururimi yarakaye, kuva ku muntu gushika ku gikoko+; kugira mumenye yuko Yehova ashoboye kwerekana ubudasa hagati y’Abanyamisiri na bene Isirayeli+.’