22 Kandi kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje bahagazeko nzoyigira koko iyitandukanye n’ahandi, ku buryo ata kibugu na kimwe kihaba+; kugira umenye yuko jewe ndi Yehova hagati mw’isi+.
4 Kandi Yehova azokwerekana koko ubudasa hagati y’ibitungwa vya Isirayeli n’ibitungwa vya Misiri, kandi nta kintu na kimwe mu vyegukira bene Isirayeli vyose kizopfa+.”’”