Kuvayo 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nya maraso azoba ikimenyetso canyu ku mazu murimwo; nanje nzobona ayo maraso nce ndengana hejuru yanyu+, kandi icago ntikizobazako ngo kibahonye ninakubita igihugu ca Misiri. Zaburi 103:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 We ababarira ikosa ryawe ryose+,Agakiza indwara zawe zose+,
13 Kandi nya maraso azoba ikimenyetso canyu ku mazu murimwo; nanje nzobona ayo maraso nce ndengana hejuru yanyu+, kandi icago ntikizobazako ngo kibahonye ninakubita igihugu ca Misiri.