Kuvayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi uku ni ko mukwiye kubirya: mukenyeye mu mafyinga+, inkweto*+ ziri ku birenge vyanyu, n’inkoni yanyu mu kuboko kwanyu; kandi mutegerezwa kubirya mwihuta. Ni pasika* ya Yehova+.
11 Kandi uku ni ko mukwiye kubirya: mukenyeye mu mafyinga+, inkweto*+ ziri ku birenge vyanyu, n’inkoni yanyu mu kuboko kwanyu; kandi mutegerezwa kubirya mwihuta. Ni pasika* ya Yehova+.