Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Itanguriro 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”