ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 35:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo biriko biramugora kuvyara, umwakirizi amubwira ati: “Ntutinye, kuko uza kuronka n’uyu muhungu+.”

  • Itanguriro 38:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Vyongeye, igihe yariko aribaruka, umwe aramvura ukuboko kwiwe, maze umwakirizi aca afata akagozi k’agahama akabohera ku kuboko kwiwe, avuga ati: “Uyu ni we asohotse ubwa mbere.”

  • Ezekiyeli 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ku bijanye n’ivuka ryawe, ku musi wavukiyeko+, uruzogi rwawe ntirwaciwe, kandi ntiwogejwe mu mazi ngo uhumanurwe; ntiwasizwe umunyu namba, eka ntiwatekewe mu vyahi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika