Daniyeli 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Shaduraki na Meshaki na Abedinego barishura, babwira umwami bati: “Ewe Nebukadinezari, kuri ivyo si ngombwa ngo tugire ijambo tukwishuye+. Daniyeli 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.” Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+. Ivyakozwe 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Petero n’izindi ntumwa bishura bati: “Dutegerezwa kugamburukira Imana nka yo mutware aho kugamburukira abantu+.
16 Shaduraki na Meshaki na Abedinego barishura, babwira umwami bati: “Ewe Nebukadinezari, kuri ivyo si ngombwa ngo tugire ijambo tukwishuye+.
13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.”
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
29 Petero n’izindi ntumwa bishura bati: “Dutegerezwa kugamburukira Imana nka yo mutware aho kugamburukira abantu+.