Luka 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo nibabajana imbere y’amakoraniro y’abantu n’imbere y’abakozi b’intwaro n’imbere y’abategetsi, ntimuze mwiganyire ku kuntu muzokwiregura no ku vyo muzokwireguza canke ku vyo muzovuga+; Luka 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko rero mwiyemeze mu mitima yanyu kutimenyereza imbere y’igihe ingene muzokwiburanira+, Ivyakozwe 5:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Petero n’izindi ntumwa bishura bati: “Dutegerezwa kugamburukira Imana nka yo mutware aho kugamburukira abantu+.
11 Mugabo nibabajana imbere y’amakoraniro y’abantu n’imbere y’abakozi b’intwaro n’imbere y’abategetsi, ntimuze mwiganyire ku kuntu muzokwiregura no ku vyo muzokwireguza canke ku vyo muzovuga+;
29 Petero n’izindi ntumwa bishura bati: “Dutegerezwa kugamburukira Imana nka yo mutware aho kugamburukira abantu+.