ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko Farawo na we ahamagara inkerebutsi n’abapfumu+; abaherezi b’abanyamageza bo mu Misiri na bo nyene bagira nk’ivyo nyene, bakoresheje amageza yabo+.

  • Kuvayo 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abaherezi b’abanyamageza ntibashobora guhagarara imbere ya Musa kubera ibihute, kuko vyari vyasheshe kuri nya baherezi b’abanyamageza no ku Banyamisiri bose+.

  • Daniyeli 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ku kintu cose kijanye n’ubukerebutsi be n’ugutegera+ umwami yabasiguza, yasanga mbere baruta incuro cumi abaherezi b’abanyamageza bose+ be n’abahamagara imizimu+ bari mu karere kose aganza.

  • 2 Timoteyo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nka kumwe rero Yane na Yambure+ barwanya Musa, ni ko n’abo nyene babandanya kurwanya ukuri+, abantu bononekaye rwose mu muzirikanyi+, batemewe ku bijanye n’ukwizera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika