Kuvayo 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi nkubwiye nti: Rekura umuhungu wanje, ankorere. Mugabo ukaramuka wanse kumurekura, ehe ngira nice umuhungu wawe, imfura yawe+.”’” Kuvayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ukaguma wanka kubarekura, ehe ngira nteze akarere kawe kose icago c’ibikere+. Zaburi 68:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Koko, Imana ubwayo izomenagura umutwe w’abansi bayo+,Imenagure urutwariro rwuzuyeko umushatsi rw’uwo wese agendagendera mu caha ciwe+. Imigani 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza giturumbuka+; mu kanya isase azovunagurwa, kandi nta gukira kuzohaba+.
23 Kandi nkubwiye nti: Rekura umuhungu wanje, ankorere. Mugabo ukaramuka wanse kumurekura, ehe ngira nice umuhungu wawe, imfura yawe+.”’”
21 Koko, Imana ubwayo izomenagura umutwe w’abansi bayo+,Imenagure urutwariro rwuzuyeko umushatsi rw’uwo wese agendagendera mu caha ciwe+.
15 Ni co gituma ivyago vyiwe bizoza giturumbuka+; mu kanya isase azovunagurwa, kandi nta gukira kuzohaba+.