Kuvayo 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nanje nzobwirizwa kuramvura ukuboko kwanje+, nkubitishe Misiri ibikorwa vyanje vy’agatangaza vyose nzokorera hagati muri yo; maze inyuma y’ivyo azobarekura+. Kuvayo 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ehe ukuboko kwa Yehova+ kuraje ku bitungwa vyawe+ biri mw’ishamba. Hazotera ikiza+ gikaze cane ku mafarasi, ku ndogobwa, ku ngamiya, ku busho no ku mukuku.
20 Nanje nzobwirizwa kuramvura ukuboko kwanje+, nkubitishe Misiri ibikorwa vyanje vy’agatangaza vyose nzokorera hagati muri yo; maze inyuma y’ivyo azobarekura+.
3 ehe ukuboko kwa Yehova+ kuraje ku bitungwa vyawe+ biri mw’ishamba. Hazotera ikiza+ gikaze cane ku mafarasi, ku ndogobwa, ku ngamiya, ku busho no ku mukuku.