1 Ngoma 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Yuda bari Ere+ na Onani+ na Shela+. Abo batatu yabavyariwe n’umukobwa wa Shuwa, Umunyakananikazi. Mugabo Ere imfura ya Yuda aba mubi mu maso ya Yehova, ku buryo amwica+. Abaheburayo 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.
3 Bene Yuda bari Ere+ na Onani+ na Shela+. Abo batatu yabavyariwe n’umukobwa wa Shuwa, Umunyakananikazi. Mugabo Ere imfura ya Yuda aba mubi mu maso ya Yehova, ku buryo amwica+.
14 Kuko vyibonekeza neza yuko Umukama wacu yamutse kuri Yuda+, umuryango Musa ata na kimwe yawuvuzeko ku vyerekeye abaherezi.