Guharura 28:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Kandi mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, hazoba ari pasika ya Yehova+. Ezekiyeli 45:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, muze mugire pasika*+. Ni umusi mukuru umara imisi indwi: haze haribwe udutsima tutarimwo umwambiro+.
16 “‘Kandi mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, hazoba ari pasika ya Yehova+.
21 “‘Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, muze mugire pasika*+. Ni umusi mukuru umara imisi indwi: haze haribwe udutsima tutarimwo umwambiro+.