Yosuwa 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko bene Isirayeli babandanya gukambika i Gilugali; bahimbaza pasika* ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi+, ku mugoroba, mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko. Zaburi 105:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kugira ngo bagumye ingingo nyobozi ziwe+,Bubahirize amategeko yiwe+.Shemeze Ya+!
10 Nuko bene Isirayeli babandanya gukambika i Gilugali; bahimbaza pasika* ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi+, ku mugoroba, mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko.