Kuvayo 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu misi indwi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka mu mazu yanyu, kuko uwo wese azohonja ku cambiwe, yaba ari kavamahanga canke imvukira yo mu gihugu+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa mw’ikoraniro rya Isirayeli+.
19 Mu misi indwi nta gicumbe gikāta gikwiye kuboneka mu mazu yanyu, kuko uwo wese azohonja ku cambiwe, yaba ari kavamahanga canke imvukira yo mu gihugu+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa mw’ikoraniro rya Isirayeli+.