ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze mw’iterama ryo mu gitondo Yehova atangura kurabira ikambi y’Abanyamisiri muri ya nkingi y’umuriro n’igicu+, maze ata ikambi y’Abanyamisiri mu muvurungano+.

  • Guharura 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi ntibazobura kubibwira ababa muri ico gihugu. Barumvise ko uri Yehova muri aba bantu+, uwabiyeretse amaso mu yandi+. Uri Yehova, kandi igicu cawe gihagaze hejuru yabo, kandi ugendera imbere yabo mu nkingi y’igicu ku murango no mu nkingi y’umuriro mw’ijoro+.

  • Zaburi 78:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibandanya kubayobora ikoresheje igicu ku murango+,

      Ijoro ryose na ho ikoresheje umuco w’umuriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika