ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+.

  • 1 Samweli 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Batuma rero kwegeranya abatware bose b’urunani b’Abafilisitiya, maze bavuga bati: “Nimurungike isandugu y’Imana ya Isirayeli isubire ahantu hayo kugira ntitwice twe n’abantu banje.” Kuko mu gisagara cose hari habaye umuvurungano uteza urupfu+; ukuboko kw’Imana y’ukuri kwari kwaharemereye cane+,

  • Zaburi 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi yaguma arungika imyampi yiwe, kugira abashwiragize+;

      Arekura n’imiravyo, kugira abate mu muvurungano+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika