ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 7:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu nyuma, Yehova abarira Musa ati: “Bwira Aroni uti: ‘Fata inkoni yawe, uramvurire ukuboko kwawe+ hejuru y’amazi ya Misiri, hejuru y’inzuzi zabo, hejuru y’imigende yabo ya Nili no hejuru y’ibidengeri vyabo vyuzuyeko amarenga+, no hejuru y’amazi yabo yose ari mu bigega, kugira acike amaraso.’ Kandi hazoba koko amaraso mu gihugu cose ca Misiri no mu vyombo vy’ibiti no mu vyombo vy’amabuye.”

  • Kuvayo 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Bwira Aroni uti: ‘Ramvurira ukuboko kwawe n’inkoni yawe+ hejuru y’inzuzi, hejuru y’imigende ya Nili n’ibidengeri vyuzuyeko amarenga, utume ibikere biduga ku gihugu ca Misiri.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika