Kuvayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova rero abwira Musa ati: “Ramvura ukuboko kwawe+ werekeza mu majuru, kugira ngo urubura+ rugwe ku gihugu cose ca Misiri, ku muntu no ku gikoko, no ku vyatsi vyose vyo mw’itongo mu gihugu ca Misiri.” Kuvayo 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Buno Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira+ ukuboko kwawe hejuru y’igihugu ca Misiri haze inzige, ziduge hejuru ku gihugu ca Misiri, zirigate ibimera vyose vy’ico gihugu, ikintu cose urubura rwasigaje+.” Kuvayo 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Musa aca aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga+. Maze Yehova atangura gutuma ikiyaga gisubira inyuma akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko ijoro ryose, igicokwe c’ikiyaga agihindura isi yumutse+, amazi na yo arigabura+.
22 Yehova rero abwira Musa ati: “Ramvura ukuboko kwawe+ werekeza mu majuru, kugira ngo urubura+ rugwe ku gihugu cose ca Misiri, ku muntu no ku gikoko, no ku vyatsi vyose vyo mw’itongo mu gihugu ca Misiri.”
12 Buno Yehova abwira Musa ati: “Ramvurira+ ukuboko kwawe hejuru y’igihugu ca Misiri haze inzige, ziduge hejuru ku gihugu ca Misiri, zirigate ibimera vyose vy’ico gihugu, ikintu cose urubura rwasigaje+.”
21 Musa aca aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga+. Maze Yehova atangura gutuma ikiyaga gisubira inyuma akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko ijoro ryose, igicokwe c’ikiyaga agihindura isi yumutse+, amazi na yo arigabura+.