Zaburi 66:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ikiyaga yagihinduye isi yumutse+;Bajabutse n’amaguru baciye mu ruzi+.Ng’aho, dutangura kunezerwa mu Mana+. Zaburi 77:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye.
6 Ikiyaga yagihinduye isi yumutse+;Bajabutse n’amaguru baciye mu ruzi+.Ng’aho, dutangura kunezerwa mu Mana+.
19 Inzira yawe yaca mu kiyaga+,Umunyuro wawe ugaca mu mazi menshi;Kandi amakanda yawe ntiyamenyekanye.