27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+.
6 Igihe nakura ba so mu Misiri+ mugashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye boma+ inyuma ba so n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura.