ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Nutume ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo biba agatangaza+, ewe Mukiza w’abarondera ubuhungiro

      Bahunga abagarariza ukuryo kwawe+.

  • Zaburi 60:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kugira ngo abakundwa bawe batabarwe+,

      Yoo! kirisha ukuryo kwawe kandi utwishure+.

  • Zaburi 89:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ukuboko kw’ubushobozi ni rwawe+;

      Ukuboko kwawe kurakomeye+,

      Ukuryo kwawe gushizwe hejuru+.

  • Zaburi 118:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ijwi ry’akamo k’umunezero n’ubukiriro+

      Riri mu mahema+ y’abagororotsi+.

      Ukuryo kwa Yehova kurerekana inkomezi+.

  • 1 Petero 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika