Kuvayo 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atora n’abahungu biwe babiri+, umwe akaba yitwa Gerishomu+, kuko yavuga ati: “kuko nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga”; 1 Ngoma 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Musa bari Gerishomu+ na Eliyezeri+.
3 atora n’abahungu biwe babiri+, umwe akaba yitwa Gerishomu+, kuko yavuga ati: “kuko nabaye kavamahanga mu gihugu kinyamahanga”;