Zaburi 78:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Iguma ibayobora mu mutekano, ntibumva ubwoba namba+;Ikiyaga gipfuka abansi babo+. Abaheburayo 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.
29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.