Guharura 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Turakwinginze ureke duce mu gihugu cawe. Ntituzoca mw’itongo canke mu murima w’imizabibu, kandi ntituzonywa amazi y’iriba. Tuzogendera mu nzira y’umwami+. Ntituzokebereza iburyo canke ibubamfu+, gushika turenganye akarere kawe.’” Guharura 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Ntituzokebereza mw’itongo canke mu murima w’imizabibu. Ntituzonywa amazi y’iriba na rimwe. Tuzogendera mu nzira y’umwami gushika turenganye akarere kawe+.” Gusubira mu vyagezwe 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 ‘Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Mu nzira gusa ni ho nzogendera. Sinzokebereza iburyo canke ibubamfu+.
17 Turakwinginze ureke duce mu gihugu cawe. Ntituzoca mw’itongo canke mu murima w’imizabibu, kandi ntituzonywa amazi y’iriba. Tuzogendera mu nzira y’umwami+. Ntituzokebereza iburyo canke ibubamfu+, gushika turenganye akarere kawe.’”
22 “Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Ntituzokebereza mw’itongo canke mu murima w’imizabibu. Ntituzonywa amazi y’iriba na rimwe. Tuzogendera mu nzira y’umwami gushika turenganye akarere kawe+.”
27 ‘Ndeka ndengane nciye mu gihugu cawe. Mu nzira gusa ni ho nzogendera. Sinzokebereza iburyo canke ibubamfu+.