Yosuwa 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihe nakura ba so mu Misiri+ mugashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye boma+ inyuma ba so n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura.
6 Igihe nakura ba so mu Misiri+ mugashika ku kiyaga, Abanyamisiri baciye boma+ inyuma ba so n’imikogote y’intambara n’abarwanira ku mafarasi gushika ku kiyaga Gitukura.