Zaburi 78:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Iguma igwisha kuri bo manu* ngo barye+,Ibaha intete zo mw’ijuru+. Zaburi 105:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Barasaba, azana inkware+,Aguma abahaza umukate uva mw’ijuru+. Yohani 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ba sogokuruza bacu barariye manu*+ mu gahinga, nk’uko vyanditswe ngo: ‘Yabahaye umukate uva mw’ijuru ngo barye+.’” 1 Abakorinto 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi bose bariye ibifungurwa vy’impwemu bimwe+,
31 Ba sogokuruza bacu barariye manu*+ mu gahinga, nk’uko vyanditswe ngo: ‘Yabahaye umukate uva mw’ijuru ngo barye+.’”