Kuvayo 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+. Guharura 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo manu+ yari imeze nk’akabuto k’agati kitwa gadi+, kandi uko yasa, yasa nka budeliyo*+. Nehemiya 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+. Yohani 6:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ba sogokuruza banyu barariye manu+ mu gahinga yamara barapfa. 1 Abakorinto 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi bose bariye ibifungurwa vy’impwemu bimwe+,
15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+.
15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+.