Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+. Guharura 16:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Musa avuga ati: “Iki ni co mumenyerako yuko Yehova yantumye gukora ibi bikorwa vyose+, yuko atari ku bw’umutima wanje bwite+: Zaburi 77:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wayoboye abantu bawe nk’umukuku+,Biciye ku kuboko kwa Musa na Aroni+. Yesaya 63:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze batangura kwibuka imisi ya kera, na Musa umusavyi wiwe, ngo: “Ari hehe Umwe yabadugana abakuye mu kiyaga+ hamwe n’abungere b’umukuku wiwe+? Ari hehe Umwe yamushiramwo impwemu nyeranda yiwe+?
7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+.
28 Maze Musa avuga ati: “Iki ni co mumenyerako yuko Yehova yantumye gukora ibi bikorwa vyose+, yuko atari ku bw’umutima wanje bwite+:
11 Maze batangura kwibuka imisi ya kera, na Musa umusavyi wiwe, ngo: “Ari hehe Umwe yabadugana abakuye mu kiyaga+ hamwe n’abungere b’umukuku wiwe+? Ari hehe Umwe yamushiramwo impwemu nyeranda yiwe+?