Kuvayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+. Zaburi 78:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mu nyuma ituma abantu bayo bafata inzira nk’umukuku+,Ibarongōra nk’ubusho mu gahinga+. Hoseya 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+.
21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.
13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+.