ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze umumarayika+ w’Imana y’ukuri yagendera imbere y’ikambi ya Isirayeli arahava, aja inyuma yabo, ya nkingi y’igicu na yo iva imbere yabo, ihagarara inyuma yabo+.

  • Guharura 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko ku musi wo gushinga itaberenakulo+, igicu gipfuka itaberenakulo y’ihema ry’Igishingantahe+, mugabo ku mugoroba icasa n’umuriro+ kiguma hejuru y’itaberenakulo gushika mu gitondo.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 uwariko agendera imbere yanyu mu nzira ngo atate aho mukambika+, akabagendera imbere biciye ku muriro mw’ijoro kugira mubone inzira mucamwo, ku murango na ho biciye ku gicu+.

  • Nehemiya 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku murango wabayoboje inkingi y’igicu+, mw’ijoro na ho ubayoboza inkingi y’umuriro+, kugira ngo ubaboneshereze+ inzira bakwiye kujana.

  • Zaburi 99:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Yaguma avugana na bo mu nkingi y’igicu+.

      Baragumya ivyibutsa vyiwe n’ingingo nyobozi yabahaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika