ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu.

  • Kuvayo 33:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Vyongeye Musa akimara kwinjira mw’ihema, ya nkingi y’igicu+ yaramanuka igahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze akavugana+ na Musa.

  • Guharura 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Inyuma y’ivyo Yehova amanuka mu nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Bompi baca barasohoka.

  • Guharura 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi ntibazobura kubibwira ababa muri ico gihugu. Barumvise ko uri Yehova muri aba bantu+, uwabiyeretse amaso mu yandi+. Uri Yehova, kandi igicu cawe gihagaze hejuru yabo, kandi ugendera imbere yabo mu nkingi y’igicu ku murango no mu nkingi y’umuriro mw’ijoro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika