Kuvayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+. Zaburi 99:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yaguma avugana na bo mu nkingi y’igicu+.Baragumya ivyibutsa vyiwe n’ingingo nyobozi yabahaye+.
21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.