ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.

  • Kuvayo 40:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Kuko igicu ca Yehova caba kiri hejuru y’itaberenakulo ku murango, umuriro na wo ukaguma kuri yo mw’ijoro mu maso y’inzu yose ya Isirayeli mu ntambwe zose bagize z’urugendo+.

  • Guharura 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi ntibazobura kubibwira ababa muri ico gihugu. Barumvise ko uri Yehova muri aba bantu+, uwabiyeretse amaso mu yandi+. Uri Yehova, kandi igicu cawe gihagaze hejuru yabo, kandi ugendera imbere yabo mu nkingi y’igicu ku murango no mu nkingi y’umuriro mw’ijoro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika