Kuvayo 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+. Guharura 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ukwo ni ko vyama bigenda: Igicu carayipfuka ku murango, igisa n’umuriro na co mw’ijoro+. Zaburi 78:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ibandanya kubayobora ikoresheje igicu ku murango+,Ijoro ryose na ho ikoresheje umuco w’umuriro+.
21 Kandi Yehova yagendera imbere yabo ku murango mu nkingi y’igicu kugira abayobore mu nzira+, mw’ijoro na ho mu nkingi y’umuriro kugira abahe umuco, bigatuma bagenda ku murango no mw’ijoro+.