ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Amaherezo abantu baza kuri Musa, bavuga bati: “Twacumuye+, kuko twavuze nabi Yehova na wewe. Takambira Yehova adukureko izi nzoka+.” Nuko Musa aratakamba ku bw’abantu+.

  • 1 Samweli 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze Yehova abwira Samweli ati+: “Niwumvirize ijwi ry’abo bantu ku vyo bakubwira vyose+; kuko atari wewe banse, mugabo ni jewe banse ngo sindababere umwami+.

  • Yesaya 32:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kuko umuntu w’imburabwenge azovuga gusa ibitagiramwo ubwenge+, kandi umutima wiwe uzokora ibintu bibabaza+, ku bwo gukora ivy’ubuhuni+ no kuvuga kuri Yehova ibigoramye, ku bwo gutuma inda y’uwushonje isigara igaragara+; kandi atuma n’uwunyotewe abura ico anywa.

  • Luka 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Uwubumvirije+ na jewe aba anyumvirije. Kandi uwubakengereye na jewe aba ankengereye. Vyongeye, uwunkengereye+ aba akengereye n’uwantumye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika