ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Mu kwibuka umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda+,

  • Kuvayo 31:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+. Ni ikintu ceranda kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa ku musi w’isabato ntaze abure kwicwa.

  • Kuvayo 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo+, mugabo umusi ugira indwi uzocika ikintu ceranda kuri mwebwe, isabato y’akaruhuko kuzuye kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa kuri wo azokwicwa+.

  • Abalewi 23:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “‘Igikorwa gishobora gukorwa mu misi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+, ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe muzokora. Ni isabato ya Yehova aho muba hose+.

  • Mariko 2:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Abandanya rero kubabwira ati: “Isabato yabayeho ku bw’umuntu+, si umuntu yabayeho ku bw’isabato+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika