Zaburi 94:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe umuntu w’umugabo ukosora, ewe Ya+,Uwo wigisha ivyo mw’itegeko ryawe+, Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Yesaya 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwizigire Yehova+ ibihe vyose, kuko Ya* Yehova ari we Gitandara+ c’ibihe bitagira urugero. Ivyahishuwe 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inyuma y’ivyo numva ikimeze nk’ijwi rikomeye ry’isinzi rinini mw’ijuru+. Bavuga bati: “Shemeze Ya+! Ubukiriro+ n’ubuninahazwa n’ububasha ni ivy’Imana yacu+,
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
19 Inyuma y’ivyo numva ikimeze nk’ijwi rikomeye ry’isinzi rinini mw’ijuru+. Bavuga bati: “Shemeze Ya+! Ubukiriro+ n’ubuninahazwa n’ububasha ni ivy’Imana yacu+,