ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda ku bantu, ubeze uno musi n’ejo, na bo bategerezwa kumesa imitamana yabo+.

  • Yosuwa 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Haguruka, weze abantu+, ubabwire uti: ‘Muze mwiyeze ejo, kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze ati: “Hari ikintu co gutikizwa kiri hagati muri wewe, ewe Isirayeli+. Ntuzoshobora kurwanya abansi bawe mutarakura hagati muri mwebwe nya kintu co gutikizwa.

  • 1 Samweli 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Aca avuga ati: “Gusobanura amahoro. Nzanywe no gushikanira ikimazi Yehova. Nimwiyeze+, hanyuma tujane kuri nya kimazi.” Maze yeza Yese n’abahungu biwe, araheza abatumira kuri ico kimazi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika