Guharura 35:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Muze mwitorere ibisagara bibereye. Bizobabera ibisagara vy’ubuhungiro; ni ho uwishe umuntu atabishaka azohungira+. Gusubira mu vyagezwe 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 kugira uwishe mugenziwe atabizi ahungireyo+, mu gihe atari asanzwe amwanka+; kandi aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara, abone kubaho+. Gusubira mu vyagezwe 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uzokwitegurira inzira, kandi uze ugaburemwo gutatu akarere k’igihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ucigabire, habe aho uwishe umuntu wese ahungira+. Yosuwa 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda.
11 Muze mwitorere ibisagara bibereye. Bizobabera ibisagara vy’ubuhungiro; ni ho uwishe umuntu atabishaka azohungira+.
42 kugira uwishe mugenziwe atabizi ahungireyo+, mu gihe atari asanzwe amwanka+; kandi aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara, abone kubaho+.
3 Uzokwitegurira inzira, kandi uze ugaburemwo gutatu akarere k’igihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe ngo ucigabire, habe aho uwishe umuntu wese ahungira+.
7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda.