Matayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+? 1 Abakorinto 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umuntu wese ntagume arondera akarusho kiwe bwite+, ahubwo arondere ak’uwundi+.
11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+?