Kuvayo 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Niwarenguka kw’ishūri y’umwansi wawe canke ku ndogobwa yiwe yazimiye, utegerezwa kuyimugarurira+. Gusubira mu vyagezwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntuze ubone indogobwa ya mwene wanyu canke ishūri yiwe itemvye ku nzira ngo uvyirengagize nkana. Utegerezwa kumufasha kubivyura+. Luka 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke ishūri yiwe yogwa mw’iriba+, atoca buno nyene abikurayo ku musi w’isabato+?”
4 “Ntuze ubone indogobwa ya mwene wanyu canke ishūri yiwe itemvye ku nzira ngo uvyirengagize nkana. Utegerezwa kumufasha kubivyura+.
5 Hanyuma ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke ishūri yiwe yogwa mw’iriba+, atoca buno nyene abikurayo ku musi w’isabato+?”