Matayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+? Luka 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko Umukama aramwishura ati: “Mwa biyorobetsi+ mwe, mbega umwe wese muri mwebwe kw’isabato ntazitura ishūri yiwe canke indogobwa yiwe mu ruhongore akayishora ku mazi+?
11 Ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe yoba afise intama imwe, maze yagwa mu cobo+ kw’isabato ntayifate ngo ayikureyo+?
15 Ariko Umukama aramwishura ati: “Mwa biyorobetsi+ mwe, mbega umwe wese muri mwebwe kw’isabato ntazitura ishūri yiwe canke indogobwa yiwe mu ruhongore akayishora ku mazi+?