Kuvayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Niwabona indogobwa y’uwukwanka iryamye munsi y’umutwaro wayo, ntuze umurekerane. Utegerezwa kumufasha kuyibohora+. Gusubira mu vyagezwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntuze ubone indogobwa ya mwene wanyu canke ishūri yiwe itemvye ku nzira ngo uvyirengagize nkana. Utegerezwa kumufasha kubivyura+.
5 Niwabona indogobwa y’uwukwanka iryamye munsi y’umutwaro wayo, ntuze umurekerane. Utegerezwa kumufasha kuyibohora+.
4 “Ntuze ubone indogobwa ya mwene wanyu canke ishūri yiwe itemvye ku nzira ngo uvyirengagize nkana. Utegerezwa kumufasha kubivyura+.