Kuvayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Niwabona indogobwa y’uwukwanka iryamye munsi y’umutwaro wayo, ntuze umurekerane. Utegerezwa kumufasha kuyibohora+. Abalewi 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova. Luka 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ” Abagalatiya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko rero+, tugifise umwanya ubereye wo kubigira, dukorere iciza bose, ariko canecane incuti zacu mu kwizera+.
5 Niwabona indogobwa y’uwukwanka iryamye munsi y’umutwaro wayo, ntuze umurekerane. Utegerezwa kumufasha kuyibohora+.
18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.
27 Yishura ati: “ ‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’inkomezi zawe zose n’umuzirikanyi wawe wose+,’ na ‘mugenzawe nk’uko wikunda+.’ ”
10 Nuko rero+, tugifise umwanya ubereye wo kubigira, dukorere iciza bose, ariko canecane incuti zacu mu kwizera+.