Itanguriro 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Yehova aramubonekera muri iryo joro, avuga ati: “Ndi Imana ya Aburahamu so+. Ntutinye+, kuko ndi kumwe nawe, kandi nzoguhezagira nongere ngwize uruvyaro rwawe kubera Aburahamu umusavyi wanje+.”
24 Nuko Yehova aramubonekera muri iryo joro, avuga ati: “Ndi Imana ya Aburahamu so+. Ntutinye+, kuko ndi kumwe nawe, kandi nzoguhezagira nongere ngwize uruvyaro rwawe kubera Aburahamu umusavyi wanje+.”