Itanguriro 37:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Atangura kuyisuzuma maze avuga ati: “Ni ya mpuzu ndende y’umuhungu wanje! Igikoko c’ikimwenyi camurokeje+! Yozefu nta nkeka yatabaguwe+!” Amosi 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nka kurya umwungere ashikura mu kanwa k’intambwe amaguru* abiri canke igipande c’ugutwi+, ni ko bene Isirayeli bazoshikurwa, abo biyicariye i Samariya ku buriri bwakaka+ no ku busaswa bw’i Damasiko+.’
33 Atangura kuyisuzuma maze avuga ati: “Ni ya mpuzu ndende y’umuhungu wanje! Igikoko c’ikimwenyi camurokeje+! Yozefu nta nkeka yatabaguwe+!”
12 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nka kurya umwungere ashikura mu kanwa k’intambwe amaguru* abiri canke igipande c’ugutwi+, ni ko bene Isirayeli bazoshikurwa, abo biyicariye i Samariya ku buriri bwakaka+ no ku busaswa bw’i Damasiko+.’